Sexes

Sexes Chadrack eky nduwayo

01/06/2026
22/05/2026

All kid

Asha noe neho turashima ebora yaradusiz ubunaho ngonikudutwara iboro zacu
07/03/2026

Asha noe neho turashima ebora yaradusiz ubunaho ngonikudutwara iboro zacu

Kubijanye na kahise k'uburundi ka kêra ndiko ndandika ngaha muri ino misi ,hari zimwe muma commentaires ngombe nîshúre.H...
24/11/2025

Kubijanye na kahise k'uburundi ka kêra ndiko ndandika ngaha muri ino misi ,hari zimwe muma commentaires ngombe nîshúre.Hari abatari bake babajije ururimi gwakoreshwa mu gihe abadagi bãri baje mu BURUNDI mu kuvugana naba kugira bafadikanye kugwanya umwami ,canke ivyãri muri traité de kiganda ninde yabisigurira ?abadagi ntibari bazi ikirundi,mwezi ntiyarazi ikidagi,mbere na kilima na maconco, muti vyagenda gute kugira bãsi batahurane n'abadagi?iki kibazo ndazi benshi baracibaza nico tugomba tugarukeko.

Muti vyagenda gute rero,burya ngo kuva kera imbere nuko abadagi baza mu BURUNDI, abarundi bãrakóra urudandaza bakaja za Tanzanie na cane cane Aho bîtá Ujiji,tabora hamwe na bagamoyo aho hantu ngo yari nkamahuriro y'urudandaza ngwo muri kano karere na câne câne abantu baba hafi y'ikiyaga Tanganyika nibo bakora urwo rudandaza.ndazi hari abatanguye kwibaza ibi ndiko ndavuga KO hari Aho bihuriye n'ukungene abadagi bavugana na mwêzi canke maconco😂😂.

Reka twinjire mu nkuru rero,burya imbere yuko abadagi binjira mu Burundi Bãri bamaze hafi imyaka irenga cumi bári muri Tanzanie kuko ho bahash*tse 1885 Hama bāza mu BURUNDI 1896.Abadagi rero ngo bagishika muri tanzanie bâyifáshe, ikintu bihutiye gukora kwabaye ukwegeranya canke recrutement yabatanzania batangura kubigisha ibijanye n'igisoda (commandements militaires), barabîgisha ururimi rw'ikidagi ibintu nyene bibayabaye kuburyo bariko barayaga vyoroha gutahurana.Rero ubudagi buje gufata uburundi abo basoda baba Tanzania bãri baforomwe n'abadagi ,bãje bazananye mu Burundi burya ngo no ku mirongo y'urugamba barimwo bahanganye n'ingabo za .

Abadagi rero bagishika mu BURUNDI baciye bahiga umurundi yōbá azi agaswahili naho koba gake kugira aze araganira nãbo batanzania Hama abo batanzania nabó bagaca babwira abadagi.Muhava mubaza muti none na bãca baganira gute kãndi bó bãri abarundi batazi igiswahili ?Aha nāvúze yuko abadagi bagishika babānza guhîga umurundi yoba avuga igiswahili

08/11/2025

Impano mu burundi ninyishi🤸🤸💌

Address

Kayanza

Telephone

+25769582708

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sexes posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category