19/05/2024
Yesu niwe nstinzi yacu , inyishu yacu.
yadukoreye vyinshi tutonadondagura
yaturungikiye Mpwemu Yera (Yohana 14 :26) uwo ngo azotwigisha vyose , azotumenyesha amabanga , ndetse azodushoboza.
Hitamwo Kugira Mpwemu Yera Umuhanuzii mukuru w' Ubuzima bwawee kuko niwe afise indunduro y' ubuzima bwawe na kazoza kawee..
NDABAKUNDA CANE