Amafarasi Yera Burundi

Amafarasi Yera Burundi Iyi page

Urugero:> “Mu gihe tumaze imyaka myinshi dukurikira ingendo z’abaririmvyi b’iwacu, twabonye ko hari bamwe batagikora can...
24/10/2025

Urugero:

> “Mu gihe tumaze imyaka myinshi dukurikira ingendo z’abaririmvyi b’iwacu, twabonye ko hari bamwe batagikora cane nk’uko vyari vyamenyerewe.”

Abaririmvyi Bakunzwe Cane Mumyaka Iheze Bakora Ibikorwa Babikunze Bakora Bagamije Kuzibira Iyindi Miziki Yomumahanga Harimwo NKA Nabandi Bana Bakoze Neza Niyihe Mpamvu Yatumye Bagabanya Umuvuduko Canke Basubira Inyuma

IKIBAZO KIRIHEHE SHIRA COMNTER YAWE MUSOMYI

🏖️ Ihiganwa rya Volleyball yo kumusenyi ryagarutse i Bujumbura   Inyuma y’amezi abiri habereye ihiganwa mpuzamakungu kur...
23/10/2025

🏖️ Ihiganwa rya Volleyball yo kumusenyi ryagarutse i Bujumbura

Inyuma y’amezi abiri habereye ihiganwa mpuzamakungu kurwego rw’isi, Uburundi bwakiriye kuva kuri uyu wa 23 Gitugutu ihiganwa mpuzamakungu ryo mu karere ka Zone 5.

Ibihugu 5 vyose bikaba vyaserutse mu bahungu no mu bakobwa: , , , n’Uburundi

🚨Hagiye gusohoka indirimbo ya Miss Erica inyuma y’imyaka 2 yitavye Imana   Inyuma y’imyaka 2 apfuye ahitanywe n’ingwara,...
23/10/2025

🚨Hagiye gusohoka indirimbo ya Miss Erica inyuma y’imyaka 2 yitavye Imana

Inyuma y’imyaka 2 apfuye ahitanywe n’ingwara, Miss Erica agiye kwongera kwumvikana mu ndirimbo nshasha yasize akoze.

Iyo ndirimbo yise “En silence” izoshirwa ahabona mu birori vyo kwibuka baririmvyi b’abarundi bitavye Imana barimwo Canjo Amiss, Soso K, Bobo (Peace and Love) ,Niyomwungere Leonard Christophe Matata, Nikiza David, Nkundabantu,…

Iyo ndirimbo ikazosoka kuwa 2 Munyonyo 2025 mu Kamenge ahazobera igikorwa ngatukamwaka vyo kwibuka abaririmvyi bashenge b’abarundi

🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮

🚨🚨 𝐎𝐅𝐅𝐈𝐂𝐈𝐀𝐋: Virgil van Dijk wins Man of the Match Award for tonight. 😁🥶 Source :  Roman
22/10/2025

🚨🚨 𝐎𝐅𝐅𝐈𝐂𝐈𝐀𝐋: Virgil van Dijk wins Man of the Match Award for tonight. 😁🥶
Source : Roman

🚨🚨 𝐎𝐅𝐅𝐈𝐂𝐈𝐀𝐋: Arda Guler wins MAN OF THE MATCH for Real Madrid vs Juventus! 🤩🍿
22/10/2025

🚨🚨 𝐎𝐅𝐅𝐈𝐂𝐈𝐀𝐋: Arda Guler wins MAN OF THE MATCH for Real Madrid vs Juventus! 🤩🍿

🤪Mariko mwene "Meta" ihuriyemwo Whtsapp, Facebook, Instagram na Telegram yasanze mu bintu yakoze ikimuryohera ni uguha u...
10/06/2025

🤪Mariko mwene "Meta" ihuriyemwo Whtsapp, Facebook, Instagram na Telegram yasanze mu bintu yakoze ikimuryohera ni uguha uburenganzira abakoresha izo mbuga gukoresha "Emojis"

Aranishimira ico kintu kuba yaranabugwije 😄😁🤑🐎🍆🛖🪵⚽️👛👚➡️🇧🇮🇧🇮.

😄Emojis zifasha iki abandika? Bamwe bati ziragufasha kubwira umuntu wakunze🧡ko umukunda kandi utabivuze😄. Abandi bati undungikiye emoji uba unsuzuguye.

Hari n'abahanahana ubutuma ari emoji gusa. Ariko igitangaje barashobora gushirako aka😪kandi bariko bara😄maze uwo babirungikiye bakibaza ngo arababaye kandi ariko ara😂.

Ukunda gukoresha Emojis izihe wewe ga musomyi?

🚨 🚨 Jobe Bellingham vyamaze kurangira muri Borussia Dortmund !Uyu munsi niho akorerwa ibipimo vya mbere mu murwi wa Boru...
09/06/2025

🚨 🚨 Jobe Bellingham vyamaze kurangira muri Borussia Dortmund !

Uyu munsi niho akorerwa ibipimo vya mbere mu murwi wa Borussia Dortmund imbere yuko asinya amasezerano yimyaka 5 muruno murwi nyene wa Borussia Dortmund.

Uno musore agiye guca mu makanda yiciyemwo mukuru wiwe! 🟡⚫

: FabrizioRomano

09/06/2025

👌"Imboneza yamaho yasize umuvyeyi kandi akunda abantu anakunda Imana"

🗣Ayo ni amwe mu majambo umwe mu bamenyeshamakuru bacu bavuze kuri Pasteur Denise Nkurunziza inyuma yo gukorana ikiganiro nawe. Yatwiganiye ati :"Nari nararondeye guhura nawe..."

Ushaka gukurikira ico kiganiro https://youtu.be/0FhUVbSC3EY?si=fTFl_e2Rz_DMK2X3

😓Yaratwiganiye ukuntu we n'umuryango wose bakiriye urupfu rwa Perezida Petero Nkurunziza. Ni inkuru itoroshe kwumva ariko ikomeza.

09/06/2025
Alvin Smith Hamwe Na Tasha Oda
09/06/2025

Alvin Smith Hamwe Na Tasha Oda

🚨🚨 K'umunota wa 2:11( Mundiririmbo ya Kirikou na Double Jay , B face ) : Ibi niho vyabonetse 🕵🏽‍♂️👇🏽NTA GA SO : N'Indiri...
09/06/2025

🚨🚨 K'umunota wa 2:11( Mundiririmbo ya Kirikou na Double Jay , B face ) : Ibi niho vyabonetse 🕵🏽‍♂️👇🏽

NTA GA SO : N'Indirimbo iriko irakundwa ndetse mumasaha make 15 , imaze kurabwa nabarenga ibihumbi mirongo indwi ( +70k ) k'urubuga rwa

⭐ Uretse kwari indirimbo Nziza , ubwo Hari uwamenye uwari yambaye ino mpuzu ? Ayo Makuru Tuyakesha Magazine..

Address

Bujumbura

Telephone

+258872965342

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amafarasi Yera Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Amafarasi Yera Burundi:

Share