Ultra Studio

Call Directions Website Contact the business

Bienvenu chez ultra studio📷🇧🇮
-photo shoot (out door, indoor)
-All event (Annif,Drowry, wedding,...)

-photo passport express
-invitation etc
Turandika kumupira Ivyo mushaka vyose
Dukorera mu Bwiza Kurya 1 no 48
inyuma y'ivuriro Solis Murakoze!

Ultra Studio Book us if you need moreKubakeney photo studio nziza karibu dukorera Bwiza Av 1 no 48Tel ni 68 33 65 31
27/10/2026

Ultra Studio
Book us if you need more

Kubakeney photo studio nziza karibu dukorera Bwiza Av 1 no 48

Tel ni 68 33 65 31

26/10/2026

GIFT SKY SALON
We love you👌👌😍😍

Kwandikisha kumipira nkuko karibu cane turabikora muri

Adresse niya yindi nyene Bwiza kurya 1 no 48
Tel 68 33 65 31

Hello benewacu twagomba tubamenyeshe agakuru keza cane, dutangurane nindwi yakazi neza kuri babantu mufise imipira mugak...
26/10/2026

Hello benewacu twagomba tubamenyeshe agakuru keza cane, dutangurane nindwi yakazi neza kuri babantu mufise imipira mugakenera kwandikisha ivyo mushaka vyose naya ma chapeaux muri babazaniye iyo service kur wewe ufise umupira wariwo wose yaba jeze nibint ugakenera kuvyandikishako urahahwe ikaze nkuko bisanzwe dukorera aha Bwiza Av 1 no 48 Ata mwebwe nta twebwe karibu cane!

Thank Gift sky salon kuba mwaraduhisemwo cne

Ufise icubaza hamagara kur 68 336 531

Her name is jeje, akaba ar umwe muba actrice bazi gukina neza Film ndundi ndazi mwamumenye kuri films nyinshi cane yagiy...
24/10/2026

Her name is jeje, akaba ar umwe muba actrice bazi gukina neza Film ndundi ndazi mwamumenye kuri films nyinshi cane yagiye araduha nka Fake love n'izindi

Akaba yari yishikiye muri Ultra Studio gufata amafoto yicibutso mbibutse ko photo nziza nkizo uzozisanga muri

Kuri babantu mwifuza photo shoot nziza nababandi mufise imanza mukifuza photo nziza murahawe ikaze cane

Dukorera Bujumbura neza na neza Mu Bwiza Av 1 no 48

Tel ni 68 33 65 31

Your children need this picture Ubwiza burarenze 😍😍Woba ufise umwana nawe ukifuza photo nziza nkizi urahawe ikaze muri  ...
22/10/2026

Your children need this picture
Ubwiza burarenze 😍😍

Woba ufise umwana nawe ukifuza photo nziza nkizi urahawe ikaze muri Ultra Studio

If you need more book us or contact us
On 68 33 65 31

N’oubliez pas qu’une photo est un souvenir de votre vie. ❤️📸Karibu babantu mushaka udu photo twabana banyu twa photo stu...
21/10/2026

N’oubliez pas qu’une photo est un souvenir de votre vie. ❤️📸

Karibu babantu mushaka udu photo twabana banyu twa photo studio ndetse nizindi zaba imanza zitandukanye nka dot , marriage nizind karibu cane muri Ultra Studio

Book us on 68 33 65 31

Ultra Studio Your children need this is pictureBook us on 68 33 65 31
21/10/2026

Ultra Studio
Your children need this is picture
Book us on 68 33 65 31

Ultra Studio Photo  outdoor Photo indoor:( wedding, dowry, civil mariage etc...)Nous nous joignons à tous les Burundais ...
21/10/2026

Ultra Studio

Photo outdoor
Photo indoor:
( wedding, dowry, civil mariage etc...)

Nous nous joignons à tous les Burundais pour célébrer la Journée dédiée au Héros de la démocratie, Son Excellence le Président Melchior Ndadaye

Hari impamvu cane ibintu uba wibaza kwari bito, ariko ugasanga vyorosha ubu buzima bwawe ndetse nubwumukunzi wawe ibaze ...
19/10/2026

Hari impamvu cane ibintu uba wibaza kwari bito, ariko ugasanga vyorosha ubu buzima bwawe ndetse nubwumukunzi wawe ibaze ufise photo nkiyo imanitse munzu usanga ibereye ijisho cane turabatumiye gushariza inyubakwa zanyu mubifashijemwo na Ultra Studio

Kuri babantu mukeneye ama tableaux meza mukwiye kumanika munzu yaba guhera (A1,A2,A3,A4,A5) karibu cane ntimwitinye mutugane tubakorere turahari kubwanyu

Mufise ico mubaza hamagara kuri
68 33 65 31 yaba wathapps yaba call directe
Tanga ama commande inzu zanyu zise neza

Mugihe umugwizatunga azwi nkuwambere kw'isi yaraye yerekanye imodoka nshasha igendera hasi mugihe hari ama amboutiage ig...
17/10/2026

Mugihe umugwizatunga azwi nkuwambere kw'isi yaraye yerekanye imodoka nshasha igendera hasi mugihe hari ama amboutiage igashobora kugira mukirere iyo modoka ikaba yakoze n'amashirahamwe yiwe uko ar abiri Tesla na space


aha iwacu naho hariko haragaragara ama photo yama Bus ashobora kuba agomba kumera muburyo bwingendeshwa za Tesla twizere kw'ikibazo ca Amboutiage kivuye munzira, ama bus ari mensh zizoca ziguruka ikibazo baba chauffeur bama Bus bazogonganira mukirere😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

Place publicitaire_____________________________
Kuri babantu mukeneye ama photo meza yaba ayo mur studio naba bandi bafise imanza zitandukanye
Nka Dot, Marriage, anniversair nizindi bakifuza ama photo meza murahawe ikaze Ultra Studio ihari kubwanyu

Ufise icubaza hamagara kur +257 68 336 531

Address

Gitega
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ultra Studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ultra Studio:

Shortcuts

Share

Category