EMS Photography

EMS Photography BAR

🚨🚨🚨 ITANGAZO RYIHUTIRWATuramenyesha abakunzi bose ba Fiesta Band bakunda gukorera muri Torino Resto-Bar ko, kubera imvo ...
01/05/2026

🚨🚨🚨 ITANGAZO RYIHUTIRWA

Turamenyesha abakunzi bose ba Fiesta Band bakunda gukorera muri Torino Resto-Bar ko, kubera imvo zitabavuyeko, guhera kuri uwu wa gatandatu ata karaoké izosubira gukorerwa muri ico kibanza.

Amakuru yizewe dufise ni uko ivyuma (équipements) vyahora bikoreshwa vyahinduwe n’umukoresha w’ico kibanza (boss wa Torino Resto-Bar), agashiramwo ibindi bishaje bitari ku rwego rwiza.

Ivyo rero ntivyakiriwe neza n’abaserukira Fiesta Band, kuko vyari kubangamira cane ubuziranenge bw’umuziki basanzwe bamenyerejwe.

Kubera iyo mvo, hafashwe ingingo yo guhagarika ico gikorwa kugira bakingire ishusho n’akanovera k’umuziki wabo.

Turashimira cane abakunzi bose ku kuntu mukomeza kudushigikira, kandi turabasaba kubandanya mudukurikirana ku yandi makuru azobandanya gutangwa.
Murakoze cane.

Landry Promoteur ✍️

⚠️⛔Ndazi uri mubari bakumbuye kubona Mutima🔴 muri *TWENGA NA MUTIMA*‼️⚠️Ehe ndaguhe isango atari iyo gusiba canke gucerw...
24/04/2024

⚠️⛔Ndazi uri mubari bakumbuye kubona Mutima🔴 muri *TWENGA NA MUTIMA*

‼️⚠️Ehe ndaguhe isango atari iyo gusiba canke gucerwa

💯♨️⛔Reka jewe nawe dusubire duhurire "*MIKI AVENUE DU LARGE* itariki 05/07/2024

❗➡️HARAGOWE UWUZOSIBA🤗

Address

Bujumbura
257

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when EMS Photography posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category