Call Directions Contact the business

MTB Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MTB, Boulevard DE L'UPRONA, Bujumbura.

21/09/2026

Starboy The Sheep, Edisson Ndayahoze ibaze akajambo ka 3sec ngo "SINDI DOGO W'IMATONGO AYO MAYEZI NAY'IMPENE" agakoresh 10min🤔

  abishize hanze vyose ntacasigaje
20/09/2026

abishize hanze vyose ntacasigaje

Big Fizzo arabarenze atana 24h 128k kuri   videoTumuhe amashurwe yiwe ba   bishinge kwasama
16/09/2026

Big Fizzo arabarenze atana 24h 128k kuri video
Tumuhe amashurwe yiwe ba bishinge kwasama

16/09/2026

Ahoo daaa🤭🤭🤭Wamwana wa ngo nuwa Murindahabi that's why
Muzoba mumbwira

15/09/2026

Fabelove DA K.SHAN BOY INGO UGIRE ICUKOZE MUTAMA BARIKO BAMUBURIRA INDERO🙅Niwe nizeye gusa

11/09/2026

Uwu mujama mubona azotera imbere??😂😂😂😂😂

10/09/2026

Umuntu wese avuga Big Fizzo nabi amufitiye inzigo Yuko atabaha umwanya Kandi je nca nkwanka directement

10/09/2026

NGIY IMPAMVU Harmonize Tz atasomye 🫦🫦🫦 wamuhukobwa yamuha ishurwe kuri .
Ati ntiyarazi ko ariyo yabarundi ko umuntu aguhaye ishurwe acagusoma

📷: Burundian Famous

MTB

07/09/2026

King wa Buja Flavor General Big Fizzo aracarimwo gusaza kwiwe ba muravyibagira

Address

Boulevard DE L'UPRONA
Bujumbura

Telephone

+25761015133

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MTB posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MTB:

Shortcuts

Share