Burundi First

Burundi First La Patrie ou la Mort

16/05/2026

N'AMAYOBERA IBIBERA MU , NUKURI ABANYARWANDA MWARIGOREWE 🤕🤕UMVIRIZA KANO KAMARAMAZA IGIHE BASHINGURA KARASIRA

15/05/2026

Uyu musore w'Umurundi akora IMBABURA NYABWONKO, yize muri RUSSIE mu bintu vya AVIATION, ndemeza neza ko iki kibanza arimwo kitamukwiye, ubumenyi afise ntaco buriko bumarira igihugu.

Abantu nkaba bize haute Techologie yategerezwa kuba afise igisata nkica Robotique atwara mu gihugu. Igihugu categerezwa kuba kimuha ivyankenerwa agateza imbere urundi Rwaruka mu vyerekeranye n'Ubuhinga nyabwonko.

Umuntu ashobora gukora imbabura yiyumvira n'igiki comubuza gukora CAMERA ZA SURVEILLANCE Z'igihugu, ama Feu Rouge,.... Ama Robot,.... arikumwe n'Urundi rwaruka rwize ibi canke akanavyigisha. igihugu cabahaye ivyankenerwa vyose.
Ubu bwenge buriko burapfa ubusa🥺🥺🥺

15/05/2026

Uyu mukobwa ni Brand bwari bukwiye gukoresha cane cane muri .
Afise vyinshi abarongozi bajejwe bakwiye kumwigirako

12/05/2026

Luvungi Congo. Umunezero ni wose inyuma ya igisoda ca congo kihash*tse

12/05/2026

Wazalendo yash*tse mu bice bimwe bimwe vyahora bigenzurwa na uku niko yakiriwe n'aba Congomani

11/05/2026

/M23 bariko barava mu duce twinshi twa Congo bari barafashe cane cane mu Kiyaya ca Rusizi. Aho b'inyuma yaho ikiringo bari bahawe co kuva mu bice vyose bafashe kizorangira itariki 15 zuku kwezi nyene

Address

Abu Dhabi

Telephone

+25761772600

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi First posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi First:

Share