14/06/2026
Inyuma yaho bavuze ko atakuri umurundi hanyuma akaza kubibeshuza elarts aya niyo majambo ahejjeje gushira kumbuga ziwe ngurukana bumenyi agira ati:
"Ntukigere utwenga ukuroranirwa gutoyi kwโumuntu, kuko ntuzi intambara yarwanye. Ubuzima ntibwari bworoshe, ariko ubuntu bwโImana ni bwo bwonyene bwantwaye. Nkomoka mu gihugu giciye bugufi canyigishije kwihangana. Ndashima umuryango wanje n'igihugu canje, ivyo vyatumye mba uwo ndi uno musi. ๐ง๐ฎ๐๐ฝ Nimba Imana yahinduye ubuzima bwawe, n'ushire ivyiyumviro vyawe mu gice c'amajambo ๐๐ฝ "