Kamsoba sports

Kamsoba sports Photographe ��

Raphinha yavuze ati🥺Ivyabaye indwi iheze bizoguma bimfata ku mutima ubuzima bwanje bwose…*“Nari niteze amashi y’intsinzi...
25/11/2025

Raphinha yavuze ati

🥺Ivyabaye indwi iheze bizoguma bimfata ku mutima ubuzima bwanje bwose…
*“Nari niteze amashi y’intsinzi, ariko si ukuntu abakunzi b’umupira babigize i Camp Nou.”*
*“Numva ko batanguye gukoma amashi kuva mpagurutse ngo ntangure kwiyungunganya. Vyari ibintu vy’umwihariko cane.”*
*“Ikinyegero cose (Camp Nou) cari kiriko gikoma amashi kandi kivuga izina ryanje. Ivyo ni ibintu ntazokwibagira, bizomfata ku mutima ubuzima bwanje bwose.

Sport 🤜

Arne Slot yavuze ati*:  🚨🚨😤😤Umubare w’ibitsindo twemeye (twinjijwe) ni nka ibintu bitangaje cane ku mugwi nka twebwe.”* ...
25/11/2025

Arne Slot yavuze ati*:

🚨🚨😤😤Umubare w’ibitsindo twemeye (twinjijwe) ni nka ibintu bitangaje cane ku mugwi nka twebwe.”*

*“Igihe nk’iki mu mwaka uheze, nta na kimwe twari twemeye biciye mu mipira yahagaritswe (set-pieces)… ariko ubu ni ICENDA (9).

FERRAN TORRES !!!😱 🔥 👏 ARIKO ARIKO !!!!🔥 👏 !! FERMINI LOPEZ À LA PASS !!   w'amaguru
02/11/2025

FERRAN TORRES !!!😱 🔥 👏 ARIKO ARIKO !!!!🔥 👏 !!
FERMINI LOPEZ À LA PASS !!

w'amaguru

🚨 – LAMINE YAMAL YEREKANYE UBUTEKINIKE BUMWE BUDASANZWE MU GIHUGU !  😱 Elvis Kamsoba Jr.
02/11/2025

🚨 – LAMINE YAMAL YEREKANYE UBUTEKINIKE BUMWE BUDASANZWE MU GIHUGU ! 😱

Elvis Kamsoba Jr.

Ryan Cherki niwe yatanze Assist kuri Erling Haaland mu gice ca mbere n’umugwi wa Bournemouth!  🎯🎯 🌟🇫🇷📸
02/11/2025

Ryan Cherki niwe yatanze Assist kuri Erling Haaland mu gice ca mbere n’umugwi wa Bournemouth! 🎯🎯

🌟🇫🇷📸

🚨 𝗢𝗙𝗙𝗜𝗖𝗜𝗘𝗟 ! 𝗢𝗨𝗦𝗠𝗔𝗡𝗘 𝗗𝗘𝗠𝗕𝗘́𝗟𝗘́  Niwe ATAHUKANYE 𝗕𝗔𝗟𝗟𝗢𝗡 𝗗'𝗢𝗥 yuno mwaka wa 2025! 😍🌕🇫🇷Ngibi bimwe muvyo yashoboye kugereka...
22/09/2025

🚨 𝗢𝗙𝗙𝗜𝗖𝗜𝗘𝗟 ! 𝗢𝗨𝗦𝗠𝗔𝗡𝗘 𝗗𝗘𝗠𝗕𝗘́𝗟𝗘́ Niwe ATAHUKANYE 𝗕𝗔𝗟𝗟𝗢𝗡 𝗗'𝗢𝗥 yuno mwaka wa 2025! 😍🌕🇫🇷

Ngibi bimwe muvyo yashoboye kugereka⤵️

🏆 Champion de France
🏆 Vainqueur du Trophée des Champions
🏆 Vainqueur de la Coupe de France
🏆 Vainqueur de la LDC
🏆 Vainqueur de la Supercoupe d'Europe
🏆 Ballon d'Or

kuri bino kubwawe hari ubusuma ubona bwabayemwo..???

𝗥𝗘𝗦𝗣𝗘𝗖𝗧 𝗗𝗘𝗠𝗕𝗢𝗨𝗭 👏❤️💙

Address

Carama
Nairobi South

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kamsoba sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share