Irache Bdi

Irache Bdi Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Irache Bdi, Photographe, Paris.

👏🏻😂
13/05/2025

👏🏻😂

🚨 𝗜𝗡𝗖𝗥𝗢𝗬𝗔𝗕𝗟𝗘 ! Lamine Yamal est actuellement le 𝗙𝗔𝗩𝗢𝗥𝗜 pour remporter le Ballon d’Or 2025 ! 🌕 🏆

🥇 Lamine Yamal – 28%
🥈 Raphinha – 23%
🥉 Ousmane Dembélé – 16%
4️⃣ Mohamed Salah – 10%
5️⃣ Pedri – 9%

Imaginez si Yamal remportait le Ballon d’Or à seulement 17 ans… 😍 ⭐️ 🇪🇸

13/05/2025

😂😂😂😂 utunze egera abatunze😂

13/05/2025
13/05/2025

🚨KANDI CYRIL RAMAPHOSA YASHAVUYE ‼️🤔

🛫 Indege itwaye Abanyamerika barenga 500 b'abazungu hamwe n'abanyafrika y'epfo bamwebamwe b'abazungu ( Sud-africains Blancs Ou Africaner ) bari bapfungiwe muri Afrika y'Epfo yabashikanye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika 🇺🇸.

Donald Trump yavuze ko Afrika y’Epfo ari igihugu giteye isoni cane kubera Iyo ngingo ijanye n’ugukura Abanyamerika n’Abanyaburayi mu gihugu cabo Kandi we yarahaye abazungu b'inkomoko y'i Buraya n'abanyafrika uburenganzira bwo kuba impunzi muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, yongera arakira abanyamerika bari birukanywe.

Uwo murwi ugizwe n’imiryango ifise abana wakiriwe ku kibuga c’indege co muri Washington D.C n’abategetsi ba Leta Zunze Ubumwe za Amerika.

🧑🏻‍💼 🇺🇸 Abategetsi ba Amerika babwiye abamenyeshamakuru ko uwo mugwi wari uvuye muri Afrika y'Epfo wahuye n'ibibazi bidasanzwe muri Afrika y'Epfo.

👨🏾‍💼🇿🇦 Leta ya Afrika y'Epfo yarahakanye ko ifise ivangurarukoba ivuga ko idashaka abimukira badakwije ibisabwa n'amategeko vyo kuba muri Afrika y'Epfo na yo nyene nk'uko Donald Trump adashaka abimukira b'abanyafrika y'Epfo badakwije ibisabwa n'amategeko muri Amerika.

🥱 Ko umenga Cyril Ramaphosa ntabwoba afise ⁉️

Avec Edisson Ndayahoze – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉
13/05/2025

Avec Edisson Ndayahoze – Je viens d’être reconnu(e) comme l’un(e) de ses meilleurs fans ! 🎉

Une de mes publications a obtenu 10 réactions et commentaires la semaine dernière. Merci à tout le monde pour votre sout...
13/05/2025

Une de mes publications a obtenu 10 réactions et commentaires la semaine dernière. Merci à tout le monde pour votre soutien ! 🎉

Woba ukeneye agaphoto murubanza rwawemarriagedotanniversairewelcome bbybride showpret dot....Hamagara kuri +25769575838i...
12/05/2025

Woba ukeneye agaphoto murubanza rwawe

marriage
dot
anniversaire
welcome bby
bride show
pret dot
....

Hamagara kuri +25769575838

indatwa média turahari kubwanyu🌹

Adresse

Paris
45670

Téléphone

+33745427438

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Irache Bdi publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Irache Bdi:

Partager