FORCE Studio

FORCE Studio Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from FORCE Studio, Photography Videography, INTERBANK Front (MURI EDEN) NGOZI, Ngozi.

Ubu ibibanza bibiri muri bitandatu vyabari batowe mwihiganwa MISS BURUNDI 2025 ntanumwe ababibarizwamwo!Inyuma yaho uwah...
20/05/2026

Ubu ibibanza bibiri muri bitandatu vyabari batowe mwihiganwa MISS BURUNDI 2025 ntanumwe ababibarizwamwo!

Inyuma yaho uwahora ari Miss populaire Mugisha Monica Celeste yakiwe iki kibanza abaye uwakabiri inyuma ya Mugisha Jennifer we yari yatorewe kuba Miss Photogenique ikibanza congewemwo munyuma ya vyose muri iri higanwa!

Ibi bibaye mugihe uyu Monica Celeste amazimisi yaragiye hanze muri kimwe mubihugu vy'iburaya kandi abatunganije irihiganwa batabizi arinaco catumye yakwa uyu mwanya!

Twobibutsako Miss Photogénique we yavuyemwo ariwe yandikiye uburongozi bwihiganwa Miss Burundi asaba kuva kuri iki kibanza mugihe atamisi yarihaciye igice canyuma caryo kibaye!

📣📣from   📢📢Aho hakurya bariko baratahura ko umuziki ari business kandi nini Nyuma yo guhurira kuri Stage imwe mu ntango ...
19/05/2026

📣📣from 📢📢Aho hakurya bariko baratahura ko umuziki ari business kandi nini
Nyuma yo guhurira kuri Stage imwe mu ntango z'uno
mwaka ,ubu bagiye gukora tour bari hamwe mu ntara zirenga 4 zigize igihugu c'Urwanda
Ni Ibiteramo bizogaragaza ninde akunzwe gusumba abandi hagati ya Bruce Melodie na The Ben
Ikibazo mbaza hano
iwacu ninde nande bakwiye guhiganwa tukamenya uwusumba uwundi ? mbega ubona vyoshoboka ?


update update update

🇧🇮🔥 Tayali ✅ Kirikou A Kili  Ft Mario   🇹🇿 Vyamaze Kwemezwa Igiye Kuja Hanze Mushiramazinda Umwana W'Igihugu Kirikou Agi...
18/05/2026

🇧🇮🔥 Tayali ✅ Kirikou A Kili Ft Mario 🇹🇿 Vyamaze Kwemezwa Igiye Kuja Hanze Mushiramazinda Umwana W'Igihugu Kirikou Agiye Kutera Agateka Umuziki Ndundi 🇧🇮.

Inyuma Yaho Bamufutiye Indirimbo Yiwe "REKA SHA" Yakoranye Na D-ONE Umusore Wanyu Kirikou Yamaze Kumenyeshako Vuba Cane Hagiye Gukurikira Indirimbo Yakoranye Na Marioo 🇹🇿 Kandi Vuba Cane Atanukwezi Kugiye Gucamwo! Nkuko Yavyanditse Kurubuga Rwiwe Rwa Facebook ✊

Nibenshi Bamupinze Ko Atandirimbo Bakoranye Ihari None Agiye Kubemeza Ikidoma Umwana W'Igihugu 🇧🇮✊.

Iyo Rero Niyo Ndirimbo Igiye Gukurikira "AHA NIHE" Biri Official Apana Kwibeshera 🇧🇮🔥🔥🔥🔥

🔺 Mwiteguriye Gute Kinokigorwa?

🔺 Ninde Wibazako Azofunika Uwundi? Shira Amadarapo Y'Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Ngaho Mugukeza Kirikou 🇧🇮🇹🇿🔥

🚨🇧🇮   :: KU MUSI W'EJO MUGISAGARA CA NGOZI   BIFADIKANYE NA   BARAHIMBAJE UMUSI MUKURU W'ABAKOZI N'AKAZI MU NTARA YA BUT...
17/05/2026

🚨🇧🇮 :: KU MUSI W'EJO MUGISAGARA CA NGOZI BIFADIKANYE NA BARAHIMBAJE UMUSI MUKURU W'ABAKOZI N'AKAZI MU NTARA YA BUTANYERERA

Mu gihe Uburundi bwifatanije n'amakungu mu guhimbaza umusi mukuru w'abakozi n'akazi kuri uyu wa mbere Rusama, mu ntara ya Butanyerera wahimbajwe ku civugo: Ibikorwa ni ryo teka : Umurundi wese akoreshe impano yiwe mu kwubaka imbonakazoza.

Ivyo birori vyabereye ku kibuga c'umupira co kumuremera muri komine Ngozi, aho umurwi wa ufadikanije na bari bishikiye

1. Ngiyi FORCE imprimerie : Mashirahamwe namwe mabanke,mahinguriro,ma copérative,abafise ama Restaurant,ama hôtel n'ububare n'iyindi mirwi yabipfuza kwambara impuzu ziriko vyamashirahamwe yanyu ngiyi imbona kazoza muma imprimerie

-Turashira ivyandiko kumipira yariyoyose : T-shirt, Lacoste n'amajezi hamwe n'inkofero amabara Yose erega iyo abakozi bawe baberewe bitwereka ubuhinga bwawe turashirako n'amafoto y'abacu dukunda ama Save the date canke abacu twabuze tutazi bikaba urwibutso.

Turandika kuma tasi tugashirako n'ifoto, turambika imodoka zanyu,tukambika naho mukorera brandings y'ama otokora (autocollant) turasohora ama etiquette y'ibidandazwa vyanyu ikidasanzwe rero nuko tubakorera n'amakopi (copies) y'amakarata nka: Permis, carte de Visite n'iizindi zikaguma Ari Orijinare (original) turakora ama banderore yubwoko bwose mwipfuza nayamafoto manini akozwe muri (bois de cher) tubaye abambere ngaha mukarere Tuvuze wumve ikintu cose ca Dizayini (Design) kandi tugize amasezerano yo kuza turakora ibintu vyanyu muragabanirizwa ibiciro tukibera umuryango.

Ubuhinga bw'imashini zacu zigezweho butuma dusohora ibintu vyinshi mukanya gato kandi ibintu vyiza vya karite (Qualité) atahandi wobisanga kuko gucereza umukiriya (client) Nico gucumuro ca tunaniye gukora.

🤝 FORCE imprimerie turi mugisagara ca NGOZI haruguru y'isoko imbere y'ibanki ya InterBank munyubakwa za Eden muduhamagare kuri +2

Address

INTERBANK Front (MURI EDEN) NGOZI
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when FORCE Studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share