ISTUN

ISTUN Content creator , video,photo[graphy📸]
UmunyaGashikanwa ✅️

02/08/2026

😱URUKUNDO NTANDERO RUGIRA NUKULI😱

🫵NTABWO❌TUBAYEHO KUBERA ABANTU🫵 BOSE BADUKUNZE EKADAAAH TUBAYEHO KUBERA YUKO IMANA YAVYEMEYE🔥🫵📍 🧏‍♂️UBUZIMA NINKUMUKINO ...
29/07/2026

🫵NTABWO❌TUBAYEHO KUBERA ABANTU🫵 BOSE BADUKUNZE EKADAAAH TUBAYEHO KUBERA YUKO IMANA YAVYEMEYE🔥🫵📍
🧏‍♂️UBUZIMA NINKUMUKINO URAWUKINA CANKE ABANDI BAKAGUKINA 🧏‍♂️
🔥ARIKO NIWW UFISE GUKORA UMUKINO UKO UBISHAKA🔥
Ange Akimana ba nkawe ntube nka kanaka😱
✅️
✅️
ISTUN

Mubuzima Bwanje Mbayeho Atamuntu N'umwe Nshaka Kwemeza, Nfise iVyonkunda Ubikunze Nawe ... Thx🙏 Utabikunze Naho ... Caho...
22/07/2026

Mubuzima Bwanje Mbayeho Atamuntu N'umwe Nshaka Kwemeza, Nfise iVyonkunda Ubikunze Nawe ... Thx🙏 Utabikunze Naho ... Caho🥺

Singwana n'uko ngo Noboneka nk'umuntu Mwiza Mumaso Y'abantu ❌ Mbaho iVyo Nshoboye Hamwe N'ibiryohera☝️

Umuntu Wese Afise Ukwo Ambona .. Yaba Nabi Canke Neza ... Ivyo je Ntavyo Nitayeho 😎

UMUNYAGASHIKANWA ✅️
ABASERUKIRA ✅️
ISTUN &

🧏‍♂️IKIDUTERA KUBAHO TWISHIMYE SUKO DUFISE IBINTU VYISHI GUSUMBA ABANDI EKAAAAAH DAAAH ❌️☝️HUBWO NUKO TWIZE KUBUMBWA NIV...
21/07/2026

🧏‍♂️IKIDUTERA KUBAHO TWISHIMYE SUKO DUFISE IBINTU VYISHI GUSUMBA ABANDI EKAAAAAH DAAAH ❌️
☝️HUBWO NUKO TWIZE KUBUMBWA NIVYO DUFISE😱🫵
UMUNYAGASHIKANWA ✅️ ABASERUKIRA✅️
ISTUN
BOSS KUMUTIMA❤️

🫵UMUGENZI NURYA AKWEREKE IVYINGIRA KAMARO NIBIKUZANIRA ITERAMBERE📣❌SURYA MURYANA IBIRORI GUSA⛔🔶GIRA ABAGENZI BAKE BEZA🔥🔥...
18/07/2026

🫵UMUGENZI NURYA AKWEREKE IVYINGIRA KAMARO NIBIKUZANIRA ITERAMBERE📣❌SURYA MURYANA IBIRORI GUSA⛔

🔶GIRA ABAGENZI BAKE BEZA🔥🔥🔥
3
ISTUN × Clarix Ombrella Ir'nga ×

🫵🫵BANKAWE_APANA_NKAKANAKA🫵🫵
😱🫵

🤗Ntaco wokora ngo uhindure akahise kawe😔 ariko ufite vyishii wokora ugahindura kazoza kawe✊️🙏 motivation  🤣 🫵🫵🫵bankawe a...
10/07/2026

🤗Ntaco wokora ngo uhindure akahise kawe😔 ariko ufite vyishii wokora ugahindura kazoza kawe✊️🙏 motivation 🤣
🫵🫵🫵bankawe apana nkakanaka🫵🫵🫵
🧏‍♂️ubuzima bumeze nkumukino wa RUDO kandi ubuzima ni umukino birangira twese dutsinzwe🧏‍♂️
ISTUN × Sun Ciella

🫵🫵🤣OROSHA UBUZIMA MUGIHE UKIRI KWISI KUKO NIBUTO CANE KUKI MWANKANA KANDI TWESE TUZOPFA🫵🫵🤣 ISTUN × MIKE CHAMPIØN NGZ  ☝️...
03/07/2026

🫵🫵🤣OROSHA UBUZIMA MUGIHE UKIRI KWISI KUKO NIBUTO CANE KUKI MWANKANA KANDI TWESE TUZOPFA🫵🫵🤣
ISTUN × MIKE CHAMPIØN NGZ


☝️☝️REKA TURYOSHE KUKO TWAMAZE KUMENYA YUKO IJWI RYACU RYUMVIKANA ARIKO IMANA ITUVUGIYE☝️☝️
&
🔥🔥🔥🔥
❌️

💰ITUNGA🛑 RYAMBERE NIKUGIRA ABANTU🎯 MU BUZIMA BWAWE🎁.   📸  ✅  🔥 🤞Esther Hn De Malcodile & ISTUN 💪
29/06/2026

💰ITUNGA🛑 RYAMBERE NIKUGIRA ABANTU🎯 MU BUZIMA BWAWE🎁. 📸



🔥

🤞

Esther Hn De Malcodile & ISTUN 💪

🫵🫵Hitamwo Umukobwa Akwiranye N'ubushobozi Bwawe Ureke Gutumunwa Ngo Abakobwa Bakunda Amahera💰💰💰🫵🫵Bankawe apana❌️ nkakana...
25/06/2026

🫵🫵Hitamwo Umukobwa Akwiranye N'ubushobozi Bwawe Ureke Gutumunwa Ngo Abakobwa Bakunda Amahera💰💰💰
🫵🫵Bankawe apana❌️ nkakanaka🫵🫵

× Istun Cox

Ubuzima ni bwiza cane iyo uri kumwe n’abantu baguha amahoro n’akanyamuneza ❤️✨”Incuti zanje Magara Twaciye Muri Vyishi a...
23/06/2026

Ubuzima ni bwiza cane iyo uri kumwe n’abantu baguha amahoro n’akanyamuneza ❤️✨”
Incuti zanje Magara Twaciye Muri Vyishi ariko Imana yakomeje kutuba hafi Turagumana Nubu Iracaturinda Harigihe Ubucuti Busumba Ivyinkundo💕
ISTUN x Nick Dev Prince × ×
WAMUHUNGUWE HAKO UZOGIRA ABA CHR BENSH UZOTUME UGIRA INCUTI NYISHI 🤣🤣

Address

Gashikanwa

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISTUN posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share