Uburundi N'abarundi TV

Uburundi N'abarundi TV Follow me โค๏ธ

Suivre moi ๐Ÿ™Œ

Nkurikirana ๐Ÿ˜˜

๐Ÿ“ Urumuri Stadium ๐ŸŸ๏ธ
15/05/2026

๐Ÿ“ Urumuri Stadium ๐ŸŸ๏ธ

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Umwana Muto Cane Ariko Arandika Amateka Mugihugu C'urwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ  ,   Na   Nabandi Bigeme Baho Bariko Barafasha Unomuso...
28/04/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Umwana Muto Cane Ariko Arandika Amateka Mugihugu C'urwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ , Na Nabandi Bigeme Baho Bariko Barafasha Unomusore Wacu Kumenyekanisha Indirimbo Yiwe Muricogihugu!

Abo Bigeme Bamaze Kuba Bakora Ama Videos Cokimwe Nama Challenge Ahamagarira Abakunzi Babo Gukunda Indirimbo "Hafi Y'Umutima" Ya Adrick AKIM ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Ibi Nibintu Bidasanzwe Bitari Bimenyerewe Cane Hano M' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Uyumwana Muto Cane Kumyaka Yiwe 20 Ariko Arakora Amateka Adasanzwe Kuburyo Inyuma Yimyaka 5 Azoba Arigitangaza Mwuyumuziki.

Wibazako Arikuberiki Ashigikiwe Cane? Ariko Ico Nobabwira Indirimbo Zunomwana Ntawutozikunda Kuko Nama Hit Song ๐Ÿ”ฅ Gusaaa!

๐Ÿ”บ Kuva "Hafi Y'Umutima" Imaze Gusohoka Umaze Kuyumviriza Kangahe?

aho iwanyu mumwitwa gute?       Uburundi N'abarundi TV
26/04/2026

aho iwanyu mumwitwa gute?


Uburundi N'abarundi TV

iyi photo iguma uzunguruka mumabarabara ya fesebuku nibiki?
26/04/2026

iyi photo iguma uzunguruka mumabarabara ya fesebuku nibiki?

this is   actress films from  ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅUburundi N'abarundi TV
26/04/2026

this is actress films from ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

Uburundi N'abarundi TV

this is   women artist ๐Ÿ™Œ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
26/04/2026

this is women artist ๐Ÿ™Œ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

this is   &   burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ to canada Uburundi N'abarundi TV
26/04/2026

this is & burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ to canada
Uburundi N'abarundi TV

๐Ÿ”ดMwite   umwigeme akiri muto ariko akora ibidanasazwe mugukina   aha mugihugu cacu C'Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎndetse nomugihugu c'Urwa...
26/04/2026

๐Ÿ”ดMwite umwigeme akiri muto ariko akora ibidanasazwe mugukina aha mugihugu cacu C'Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎndetse nomugihugu c'Urwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ

๐Ÿ”ป numwe mubigeme bariko batuma ๐ŸŽฅ igera kure cane aha kubutaka Bw'Uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

โ™ฆ๏ธUbu tuvugana abarizwa mugihugu c'Urwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ aho yagiye gukorerayo ibikorwa vyo gukina Film nabakinyi ba Film_Rwanda bakomakomeye nka na uwahoze akinana na

โ™ฆ๏ธMuri Film amaze gukorera murwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ harimwo bakinanye na kurubuga gwa youtube yarabwe nabashika 2,7M vues mumwaka umwe gusa

โ™ฆ๏ธ nayo yayihuriyemwo na

Ubwawe ubona harico ariko ahindura muri Film Ndundi?

Uburundi N'abarundi TV

๐Ÿค๐Ÿค23
22/04/2026

๐Ÿค๐Ÿค23

โœ…
21/04/2026

โœ…

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Uburundi N'abarundi TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Uburundi N'abarundi TV:

Share